Mu Burundi haracakenye abigisha banonosoye igiswahili, ahenshi cigishwa n’abatabifitiye ubumenyi

Ururim rw’igiswahili  ruvugwa n’abantu benshi kw’isi kandi rurakoreshwa cane mu bihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko n’Uburundi burimwo. Mu ntonde z’ivyigwa ahatari hake mu gihugu, urwo rurimi  rwarashizwemwo , ariko…

Une soirée de dialogue pour la paix

Dans le but contribuer à la construction d’une société paisible et réconciliée, l’Atelier École de la Foi de Mont Sion Gikungu en partenariat avec l’Université du Burundi avec le financement…

Culture du livre au Burundi, l’écrivain peine à se hisser

Dans le cadre de la célébration de la journée internationale du livre,  ABEPL (Association burundaise des écrivains et promoteurs du livre) a organisé un panel pour débattre de la culture…

Ciné- concours du club Rfi Bujumbura, Irakoze Darna remporte la finale

En marge de la célébration de la semaine de la francophonie au Burundi, le club Rfi Bujumbura a organisé le ciné- concours. Comptant pour les participants de partager la critique…

Les professionnels s’approprient les pratiques du budget -programme

Les enseignants de l’Institut supérieur de Gestion des Entreprises (ISGE) et les cadres du ministère des finances ont bénéficié une formation sur la gestion des finances publiques grâce au projet…

Journée internationale du professeur de français, le niveau de la langue baisse

Le Burundi est état – membre de l’OIF (organisation Internationale de la francophonie) depuis 1970.Selon les chiffres de l’OIF, le Burundi n’a que 9% de francophones en 2022. L’association des…

Ukwinjira mw’isoko rusangi ya Afrika, Uburundi buzokwunguka iki? Vyogenda gute?

Kugera mu mwaka w’2021, ibihugu 54 kuri 55 bigize umuryango wa Afrika vyari bimaze kwinjira mw’isoko rusangi y’uwo mugabane w’isoko rusangi ry’ibihugu vya Afrika ari yo ZLECAF mu mpfunyapfunyo y’igifaransa.…

Indwara y’igisukari, umutwaro kuri bose

Diabète ni imwe mu ndwara ngendanwa zitandukira yica abantu benshi mu Burundi. Abenshi bayifiseko amakuru atari yo, abandi bakibaza ko ari uburozi, ituma abantu benshi bapfa, imiryango igasigara mu ngorane…

Press talent, une opportunité pour les jeunes journalistes du Burundi

Dans le but de promouvoir l’intérêt des connaissances scientifiques dans le domaine du journalisme, permettre aux journalistes de se spécialiser dans différents secteurs de la vie sociale, Le journal Africa…

Batatu mubize igisata c’amategeko mu buryo bushasha binjiye mu rwego rw’abashingwamanza

Inyuma y’igihe  kitari  gito ishirahamwe AVSPDD risaba ko urwaruka rwize igisata c’amategeko ca Kaminuza mu ntunganyo nshasha ya Baccalauréat bokwinjira mu nzego z’amashingwamanza. Umurwi ugira kabiri ugizwe na batatu muri bo…