Ni igiki cokorwa kugira ikibazo c’abana bo mw’ ibarabara kiranduranwe n’imizi?

“Imisi yose muzobona abana baba mw’ i barabara, ni uruhombo runini ku gihugu”. Bivugwa na Paul Ngarambe, umwigisha muri Kaminuza mu kiganiro c’abanditsi cabaye ku mugoroba w’ uno wa kane…

Abarundi boba bazi amahangiro mpuzamakungu y’ iterambere rirama?

Mu bijanye no kumenya hamwe no gushira mu ngiro ayo mahangiro 17 ajanye n’ iterambere rirama, ntanumwe akwiye gusigara inyuma yaba urwaruka canke abakuze. Bimenyeshwa n’ishirahamwe ISHAKA 2250 mu gikorwa…

Ignorer son groupe sanguin, à quoi s’expose-t- on ?

Le 14 juin de chaque année, le monde célèbre la journée mondiale du donneur de sang .Au Burundi elle a été célébrée le jeudi 24/6/2021 à Gitega sous le thème…

Quand Wise woman s’engage à combattre les abandons scolaires

Peu de jours avant les grandes  vacances l’association Wise woman a organisé une descente dans la DCE Muhuta, en commune Muhuta de la province Rumonge. Les filles ont bénéficié des…

Ni ibiki dukwiye kumenya ku bantu bagendana ubunyamwema?

Igenekerezo rya 13 ruheshi uko umwaka utashe, isi yose irahimbaza umusi wahariwe guhimiriza ku bunyamwema. Uyu mwaka, mu  Burundi, uwo musi wahimbarijwe mu kigo ndangamico c’ abafaransa i Bujumbura bitunganijwe…

Informer la population sur la dette publique, une priorité pour les médias

La réalité sur l’Afrique en général et le Burundi en particulier, c’ est qu’ ils souffrent énormément de manque de capitaux pour financer leur développement en infrastructures de qualité et…