Bururi: La 3C appuie les écoliers et élèves des communautés riveraines de la réserve naturelle forestière de Bururi

Un appui matériel vient d’être donné aux écoliers et élèves des villages situés autour de la reserve naturelle forestière protégée de Bururi (sud du Burundi). L’appui est de la 3C.…

Bujumbura: bahaye agaciro Tofe na yo iriko ibaha agaciro

Ni urwaruka ruhurikiye mu murwi witwa Societé Lumière pour le Développement. Bavuga ko bagomvye guteza imbere icitwa igifungurwa citwa Tofe. Basigura kandi ko mu vyatumye bakora “itofe” ari cane cane…

Gihanga: ishirahamwe S.R.D.I ryoba ririko rirananiza amakoperative

Ayo makoperative ni ayakorera mu bisagara bitandukanye bita ama villages. Ni muri komine Gihanga, intara ya Bubanza, mu burengero bw’Uburundi. Abaserukira ayo makoperative basigura ko bafise ingorane zishobora gutuma basubira…

Mukamarakiza: “indoto zanje zarahavuye zirashika”

Kuva akiri muto, Alice Mukamarakiza ngo yari afise indoto zo kuzonyonga ivyuma. Inyuma yo guheza amashure, n’ubwo yarondeye ubundi buzi, ako yiyumvamwo gusumba akandi kwari ukwunguruza abantu n’imodokari. Ubu avuga…

Nyabiraba: umunyamabanga w’umugambwe CNDD-FDD ku mutumba yatanze imihoho

Mbonimpa Juvénal, ni umunyamabanga w’umugambwe Cndd-Fdd ku mutumba #Raro. Ni muri Commune Nyabiraba mu ntara ya #Bujumbura . Yaraye atanze imihoho muri ayo mabanga. Imvo n’imvano yo gutanga imihoho muri…

Russie na Ukraine vyoba biriko birumvikanishwa n’ubumwe bw’Afrika

Macky SALL , yarabonanye n’umukuru w’igihugu c’Uburusiya, hari kuri uwu wa gatanu. Uwo  umukuru w’igihugu ca Sénégal akaba anarongoye umuryango w’ubumwe bwa Afrika, African Union . Inyuma y’umubonano bagiranye, yamenyesheje…

ADB: 25 talents, 24 projets super innovents

L’ Agence de Développement du Burundi (ADB) a organisé du 31 mai au 3 juin 2020, un atélier de formation pour 24 jeunes sélectionnés après la compétition organisée par cette…

Sosumo: aba grossistes fatanywe isukari mu Rumonge bategerezwa gusubirizwa

Hari amatoni arenga atatu y’isukari yafashwe kuva mu mpera z’indwi iheze, mu gisagara ca Rumonge (ubumanuko bushira uburengero bw’Uburundi). Bamwe mu bafatanywe iyo sukari, yari inyegejwe, ni abayikura muri Sosumo…

ANACOOP: hasubijwe amahera bivugwa ko yari yanyurujwe

Inyuma y’amakuru twabashikirije ku mafaranga yanyurujwe mu kigo ANACOOP (Kijejwe gukurikirana uko amakoperative akora mu Burundi). Ayo mafaranga arenga gato imiriyoni amajana abiri yoba yaramaze kwemerwa, mbere aranasubizwa. Amakuru ava…

Bujumbura: du matériel volé à la régideso saisi

La direction générale de la régideso a saisi ce mardi, une quantité importante de matériel qui avait été volé en ce magasin. Les faits se déroulent à la 21 ème…