Est-il possible de faire face aux effets néfastes du changement climatique ?

Les organisations de la société civile réunies au Consortium des Organisations de la société Civile du Domaine de l’Environnement et changement Climatique ; CODEC du projet Dukurire hamwe ont animé ce…

Bashize imbere ubuhinga bwa none n’ukwitunganiriza imigambi mu guhangana n’ubushomeri

Mu gihe urwaruka rwinshi ruheza amashure ntiruronke ubuzi, ishirahamwe YOUTH FOR NEW VISION ryashimye gutanga inyigisho zerekeye ubuhinga ngurukanabumenyi hamwe n’ubwo kwitunganiriza imigambi kugira bunganire urwaruka rushaka kwibeshaho muri kino…

Harageze, le climat favorable des affaires à tout prix !

Dans le cadre de son programme Harageze (Il est temps), le Centre for Development and Enterprises Great Lakes (CDE) en partenariat avec l’Agence de Développement du Burundi a organisé ce…

Ni gute Niyonkuru Alain Justin yatanguranye imashini imwe gushika ku kigo cigisha imyuga?

Niyonkuru Alain Justin yaratanguje ikigo cigisha imyuga Centre Artistique de Gitega kiri i Nyabututsi mu ntara ya Gitega. Akaba ari mu ntumbero yo gufasha abanyeshure baba biteguriye kuja mu buzima…

Muri ABER barahakana ko ata sesagurwa ry’itunga  ririko riraba

 Inyuma y’inkuru zigize iminsi zica ku mbuga ngurukanabumenyi zivuga ibijanye n’isesagurwa ry’amafaranga  cane cane mw’itangwa ry’amasoko mu kigo kijejwe gutanga umuyagankuba mu gihugu hagati ABER, umuyobozi w ’ico kigo yemeza ko…

Intahe: nagirijwe ko nasambanije umwana ku nguvu kugira ngo mperanirwe

Mfise imyaka 16. Naruriye ikiduga kinini ngenda ndacenenako kinshikana i Bujumbura ngiye kurondera ubuzima bwiza. Nibera mw’ibarabara kumwe n’abandi bana, nsega kugira ndonke uko nobaho. Haheze ikiringo c’ukwezi, umuntu w’umugabo…

Santé: journée mondiale de l’ hygiène menstruelle: toute la communauté interpelée

Une fille en menstruation ne doit pas interrompre ses études, elle doit plutôt les poursuivre aisément sans discrimination, annonce faite par Dr Forent Ishimwe de l’ association JARS OF LOVE…