Umunsi wahariwe abakenyezi si umunsi wo kugumuka kubagabo. 

Mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mukuru wahariwe agateka k’abakenyezi, ishirahamwe Greenland Alliance ryari riramutse rirabira hamwe, ivyaranguwe mu gushigikira abakenyezi bagera ku 80 b’amikoro make bo muma karitiye ya Kibenga,…

Attention, cette photo ne montre pas  la ville de Bujumbura

Cette photo est couramment utilisée sur presque tous les réseaux sociaux comme Facebook, You tube et même  sur différents sites web. Elle est  attribuée à la ville de Bujumbura, la…

Ubu gushinga ishirahamwe birakorerwa kubuhinga bwa none.

Ubu gushinga amashirahamwe mu Burundi bikorwa hakoreshejwe ubuhinga ngurukanabumenyi, Ubu kandi  n’abasaba uburusho butangwa n’Itegeko rigenga imitahe, birakorwa hisunzwe ubwo buhinga nyene. Bikaba bimenyeshwa na Didace Ngendakumana arongoye  ico kigo…

L’inégalité, un facteur du développement économique

Le  CDE Great Lakes a organisé, ce 21 décembre 2022 à Bujumbura, une conférence de presse dans le but de la présentation d’un livre de Eamonn Butler intitulé : ”…

Guteza imbere umukenyezi ni uguteza imbere igihugu

N’aho bagihura n’intambamyi nyinshi,  ngo  umukenyezi  ni ntangere mw’iterambere  ry’igihugu. Ivyo biri mu vyiyumviro vyaranze ihuriro ry’abakenyezi b’indongozi ryiswe Women Leaders and Liberty Forum 2022 ryateguwe na CDE (Ikigo kijejwe iterambere ry’amashirahamwe mu…

La ZLECAF, une opportunités pour le Burundi

Le Centre pour le Développement des Entreprises dans la Région des Grands Lacs (CDE )en partenariat avec l’Agence de Développement du Burundi (ADB) a organisé ce jeudi 03 novembre 2022…

Reta yiyemeje kubandanya ishigikira abarimyi b’ikawa.

Abarimyi b’ikawa bagiye kuronswa ifumbire barishe ibice mirongo ine kw’ijana (40%) Reta ikabarihira ibice mirongo itandatu bisigaye (60%). Vyongeye n’imivyaro izoterwa n’imiti n’ibikoresho bitangwa ku buntu. Ivyo ni ivyamenyeshejwe n’umunyamabanga…

Twipfuza ko umwana wese atarakwiza imyaka itanu ashobora gufungura gatatu ku munsi.

Urwo rupapuro rwashizwe ahabona n’umutambukanyi w’umukuru w’Igihugu kuri uyu wa 02 Nyakanga 2022 mu nyubakwa za Best Outlook Hotel; rukabanruje gushira mu ngiro ivyasabwe gukorwa mw’ihwaniro ry’abakenyezi b’indongozi ryatunganijwe mu kwezi…

Indahiro: Indirimbo ya Pierre Nkurikiye yakoze ku barundi baba hanze

Inyuma yo kwumva indirimbo “Indahiro” yanditswe n’umuririmvyi Pierre Nkurikiye afadikanije n’umwigeme Arlette, bamwe mu barundi baba hanze y’igihugu barakozweko cane n’ubutumwa buri muri yo bituma bamurungikira ubutumwa bwo kumukeza no…

Les femmes entrepreneurs appelées à développer un esprit entrepreneurial.

Sous le thème  « Être femme d’affaires n’est pas synonyme d’être femme entrepreneur »   , Kueen’s initiative organise ce 14/07/2022 à l’hôtel Royal Palace, la deuxième édition d’une conférence annuelle dénommée « Great…