Inkino: Kugirango Uburundi buronke abanonotsi benshi bisaba kubikorera.

Mu  gihe hasigaye imisi mike ngo hatangure inkino mpuzamakungu zizobera i Tokyo mu gihugu c’ubuyapani, umunonotsi Venuste Niyongabo yigeze guserukira igihugu muri izo nkino abona ko urugero rw’ Uburundi rudashimishije.…

Abarundi boba bazi amahangiro mpuzamakungu y’ iterambere rirama?

Mu bijanye no kumenya hamwe no gushira mu ngiro ayo mahangiro 17 ajanye n’ iterambere rirama, ntanumwe akwiye gusigara inyuma yaba urwaruka canke abakuze. Bimenyeshwa n’ishirahamwe ISHAKA 2250 mu gikorwa…

Muyinga: insiguro y’ibikoresho vyatowe na CVR mu binogo birimwo ibisigarira vy’abishwe 1972-73

Umurwi CVR (ujejwe kumenya ukuri n’ukunywanisha), waratoye ibikoresho bitari bike mu binogo vyatawemwo abishwe mu myaka y’i 1972 n’i 1973. Bimwe vyasangwa hejuru y’ibisigarira vy’abantu. Uko vyatowe ari vyose, birafise…

Burundi: Réouverture de la frontière avec la RDC, une joie des deux côtés

 Depuis la fermeture de toutes les frontières terrestres et maritimes en janvier 2021, des commerçants transfrontaliers étaient inquiets. Habitants des pays limitrophes du Burundi ayant des familles au Burundi, eux…