La stratégie de mise en œuvre de la Zone de Libre Echange Continentale Africaine (ZLECAF) s’inscrit dans le cadre des efforts du Burundi visant à libérer le potentiel du commerce…
Category: Economy
Que faut-il faire pour que le Burundi atteigne sa vision d’émergence en 2040 ?
Le Burundi occupe la 46e place sur 54 pays d’après l’indice d’émergence en Afrique. Il a un score de 38 % ce qui fait qu’il se trouve dans le groupe…
ZLECAF : un moyen pour libéraliser le potentiel du commerce au Burundi ?
Le Centre for Development and Enterprises Great Lakes (CDE Great Lakes) en partenariat avec l’Initiative for African Trade and Prosperity « IATP », souligne que le Burundi a des opportunités…
Ubu gushinga ishirahamwe birakorerwa kubuhinga bwa none.
Ubu gushinga amashirahamwe mu Burundi bikorwa hakoreshejwe ubuhinga ngurukanabumenyi, Ubu kandi n’abasaba uburusho butangwa n’Itegeko rigenga imitahe, birakorwa hisunzwe ubwo buhinga nyene. Bikaba bimenyeshwa na Didace Ngendakumana arongoye ico kigo…
L’inégalité, un facteur du développement économique
Le CDE Great Lakes a organisé, ce 21 décembre 2022 à Bujumbura, une conférence de presse dans le but de la présentation d’un livre de Eamonn Butler intitulé : ”…
Guteza imbere umukenyezi ni uguteza imbere igihugu
N’aho bagihura n’intambamyi nyinshi, ngo umukenyezi ni ntangere mw’iterambere ry’igihugu. Ivyo biri mu vyiyumviro vyaranze ihuriro ry’abakenyezi b’indongozi ryiswe Women Leaders and Liberty Forum 2022 ryateguwe na CDE (Ikigo kijejwe iterambere ry’amashirahamwe mu…
La ZLECAF, une opportunités pour le Burundi
Le Centre pour le Développement des Entreprises dans la Région des Grands Lacs (CDE )en partenariat avec l’Agence de Développement du Burundi (ADB) a organisé ce jeudi 03 novembre 2022…
Ukwinjira mw’isoko rusangi ya Afrika, Uburundi buzokwunguka iki? Vyogenda gute?
Kugera mu mwaka w’2021, ibihugu 54 kuri 55 bigize umuryango wa Afrika vyari bimaze kwinjira mw’isoko rusangi y’uwo mugabane w’isoko rusangi ry’ibihugu vya Afrika ari yo ZLECAF mu mpfunyapfunyo y’igifaransa.…
Ni igiki gituma abanyamitahe bo hanze batazana imitahe yabo mu Burundi ?
Abanyamitahe bava hanze y’igihugu ngo baracari bake cane. Zimwe mu nzitizi zituma iyo mitahe mvamakungu (Investissements Directs Etrangers) itaboneka ngo ziva ahanini kukutamenya ivyiza biri mu gihugu. Ikigo kijejwe iterambere…
ADB: 25 talents, 24 projets super innovents
L’ Agence de Développement du Burundi (ADB) a organisé du 31 mai au 3 juin 2020, un atélier de formation pour 24 jeunes sélectionnés après la compétition organisée par cette…