• <strong>La ZLECAF, une opportunités pour le Burundi</strong>

    La ZLECAF, une opportunités pour le Burundi0

    Le Centre pour le Développement des Entreprises dans la Région des Grands Lacs (CDE )en partenariat avec l’Agence de Développement du Burundi (ADB) a organisé ce jeudi 03 novembre 2022 à Martha Hotel de Bujumbura, un atelier d’information à l’endroit des régulateurs de différents secteurs du pays. Avec pour objectif global de diffuser et  vulgariser

    READ MORE
  • Ukwinjira mw’isoko rusangi ya Afrika, Uburundi buzokwunguka iki? Vyogenda gute?0

    Kugera mu mwaka w’2021, ibihugu 54 kuri 55 bigize umuryango wa Afrika vyari bimaze kwinjira mw’isoko rusangi y’uwo mugabane w’isoko rusangi ry’ibihugu vya Afrika ari yo ZLECAF mu mpfunyapfunyo y’igifaransa. Muri ivyo bihugu vyiyemeje kwinjira, Uburundi burimwo. None buzokwunguka iki? bizogenda gute ? Canke bwokwitegura gute? Salomon Nsabimana, umuhinga mu vy’ubutunzi akongera akaba n’umwigisha muri

    READ MORE
  • Ni igiki gituma abanyamitahe bo hanze batazana imitahe yabo mu Burundi ?0

    Abanyamitahe  bava hanze y’igihugu ngo baracari bake cane. Zimwe mu nzitizi zituma iyo mitahe mvamakungu (Investissements Directs Etrangers) itaboneka ngo ziva ahanini kukutamenya ivyiza biri mu gihugu. Ikigo kijejwe iterambere ry’Uburundi ADB (Agence pour le développement du Burundi) gifadikanije n’ubushikiranganji muvyo bujejjwe harimwo imigenderanire bakaba bipfuza gukora ibishoboka vyose ngo haboneke abanyamitahe mvamakungu benshi. Mu

    READ MORE
  • ADB: 25 talents, 24 projets super innovents

    ADB: 25 talents, 24 projets super innovents0

    L’ Agence de Développement du Burundi (ADB) a organisé du 31 mai au 3 juin 2020, un atélier de formation pour 24 jeunes sélectionnés après la compétition organisée par cette agence . 25 projets innovants ont été retenus dans plusieurs domaines. Un seul candidat ne s’est pas présenté. Pour les organisateurs, ces jeunes peuvent contribuer

    READ MORE
  • Sosumo: aba grossistes fatanywe isukari mu Rumonge bategerezwa gusubirizwa0

    Hari amatoni arenga atatu y’isukari yafashwe kuva mu mpera z’indwi iheze, mu gisagara ca Rumonge (ubumanuko bushira uburengero bw’Uburundi). Bamwe mu bafatanywe iyo sukari, yari inyegejwe, ni abayikura muri Sosumo (riyikora rikanayidandaza). Mu ntwaro mu ntara baremeza ayo makuru. Muri SOSUMO bagasaba ko icihutirwa ari isubirizwa ry’abo batashiianye isukari ku munyaguhugu. Ishirahamwe rihingura rikanadandadaza isukari

    READ MORE
  • Harageze, le climat favorable des affaires à tout prix !0

    Dans le cadre de son programme Harageze (Il est temps), le Centre for Development and Enterprises Great Lakes (CDE) en partenariat avec l’Agence de Développement du Burundi a organisé ce 25/05/2022, une retraite à l’intention des acteurs clés du secteur public-privé avec pour objectif l’amélioration du climat favorable des affaires au Burundi. Pour  Aimable Manirakiza,

    READ MORE