• ANACOOP: hasubijwe amahera bivugwa ko yari yanyurujwe0

    Inyuma y’amakuru twabashikirije ku mafaranga yanyurujwe mu kigo ANACOOP (Kijejwe gukurikirana uko amakoperative akora mu Burundi). Ayo mafaranga arenga gato imiriyoni amajana abiri yoba yaramaze kwemerwa, mbere aranasubizwa. Amakuru ava mu begereye iyo dosiye avuga ko ku mugoroba w’umusi wa mbere uwujejwe intwaro n’ubutunzi yaraye asubije imiriyoni mirongo irindwi n’umunani (78 000 000) z’amafaranga y’Amarundi.

    READ MORE
  • Hari umwizero ko igiterwa c’amateke kigiye gusubira kuboneka0

    Hari ibitegwa vyazimanganye canke biri mu nzira yo kuzimangana mu bice bitari bike vy’igihugu .Ivyo biterwa ni nk’amateke yatewe n’indwara , ubwoko bumwe bumwe bw’imyumbati , igitoke catewe na Ruhonyabitoke,….ari navyo biri mu bitegwa mbumbarugo bifungurwa cane mu miryango y’abarundi bigiye gusubira kuboneka. Nk’uko bivugwa na Alain Gilbert Irakoze aserukira ishirahamwe FAO mu Burundi, hari

    READ MORE
  • Comment l’ouverture commerciale est un facteur d’attractivité des investissements directs étrangers au Burundi ?0

    Dans le cadre du projet ” Fungua Njia” qui vise la promotion du commerce transfrontalier au Burundi, la compétitivité des entreprises burundaises ainsi que l’éducation au libre échange, le Centre for Development and Entreprises Great Lakes (CDE) a fait ce jeudi 23/12/2021 à Bujumbura, la présentation dune étude intitulé: « Ouverture commerciale  facteur d’attractivité des investissements

    READ MORE
  • Abarundi basabwa kwijukira ibiterwa njabukamazi bishasha0

    Millet, anacardier, macadamia, ni bimwe mu biterwa bishasha biriko biratezwa imbere mu Burundi. Mu bushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije bumenyesha ko ari mu ntumbero yo kurwiza ibiterwa njabukamazi vyiyongera kw’ikawa, icayi, ipampa, bikazofasha ababirima kwiteza imbere no kuzana amafaranga y’agaciro mu gihugu. Kuri uyu wa 23 kigarama2021, igihe ubushikiranganji bwariko burashikiriza  ivyo bwaranguye mu mezi atandatu

    READ MORE
  • L’Éthique et la déontologie professionnelles : Mot d’ordre pour les professionnels comptables0

    Sous le thème « L’Éthique et la déontologie professionnelles: deux piliers pour l’exercice de la profession comptable”, il s’est tenu ce 8 décembre 2021 à Bujumbura, le 6ème  congrès de l’Ordre des Professionnels Comptables du Burundi. Ces activités sont rehaussées par la présence du premier vice-président du sénat du Burundi.    Le congrès est organisé

    READ MORE
  • La femme a t- elle le droit d’être libre économiquement ?0

    Le Centre pour le développement des entreprises en collaboration avec l’Agence de Développement des entreprises ont  organisé la 3è édition de “Women Leaders and Liberty Forum”, un forum qui réunit les femmes leaders de la société civile, du monde des affaires et de différentes organisations. C’était 2 décembre 2021 à Martha Hôtel. Pour  Désiré Musharitse,

    READ MORE