Vers la réhabilitation communautaire des personnes suivant un parcours psychiatrique au Burundi

Dans le cadre du projet ‘‘Développement de la réhabilitation Communautaire au profit des personnes suivant un parcours psychiatrique au Burundi”, la Faculté de Psychologie et des sciences de l’Education de…

Bamwe mu bagendana ubumuga ntibamenye ko inoti zacitse ibipapuro

Abantu bagendana ubumuga bwo kutumva hamwe n’abagendana ubwo kutabona baragira ingorane mu buzima bwa misi yose ugasanga birababujije kugira ku murindi w’iterambere umwe nk’abandi kandi bari bafise imigambi canke intumbero…

Mu Burundi haracakenye abigisha banonosoye igiswahili, ahenshi cigishwa n’abatabifitiye ubumenyi

Ururim rw’igiswahili  ruvugwa n’abantu benshi kw’isi kandi rurakoreshwa cane mu bihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko n’Uburundi burimwo. Mu ntonde z’ivyigwa ahatari hake mu gihugu, urwo rurimi  rwarashizwemwo , ariko…

Culture du livre au Burundi, l’écrivain peine à se hisser

Dans le cadre de la célébration de la journée internationale du livre,  ABEPL (Association burundaise des écrivains et promoteurs du livre) a organisé un panel pour débattre de la culture…

Ciné- concours du club Rfi Bujumbura, Irakoze Darna remporte la finale

En marge de la célébration de la semaine de la francophonie au Burundi, le club Rfi Bujumbura a organisé le ciné- concours. Comptant pour les participants de partager la critique…

Umukenyezi nawe akwiye kwitaho gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi mu kwiteza imbere

Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu  Angeline  Ndayishimiye yararemesheje ikiganiro kadasanzwe kuri uyu wa mbere Ntwarante kuri Eden Garden mu ntumbero yo kwitegurira guhimbaza  umunsi mukuru wahariwe umukenyezi . Icivugo  c’uyu mwaka ni…

Les professionnels s’approprient les pratiques du budget -programme

Les enseignants de l’Institut supérieur de Gestion des Entreprises (ISGE) et les cadres du ministère des finances ont bénéficié une formation sur la gestion des finances publiques grâce au projet…

Journée internationale du professeur de français, le niveau de la langue baisse

Le Burundi est état – membre de l’OIF (organisation Internationale de la francophonie) depuis 1970.Selon les chiffres de l’OIF, le Burundi n’a que 9% de francophones en 2022. L’association des…

Burundi: abigisha n’abajejwe indero bagiye gukarihirizwa ubwenge

Inyuma y’ukwezi bari mu biganiro, abaserukira amasendika y’abigisha hamwe n’ubushikiranganji bw’indero baraye bumvikanye ko hagiye hagiye gutangwa inyigisho nkarishabwenge ku bigisha, hamwe n’abandi bajejwe amabanga atandukanye muri ubwo bushikiranganji. Imvo,…

Burundi: un contrat de performance pour les enseignants de l’école fondamentale

Le conseil des ministre s’est réuni ce mercredi et jeudi. Une occasion pour celui ayant l’éducation dans ses attributions de présenter une note relative au recyclage des enseignants. SElo le…