Dukoreshe ubuhinga ngurukanabumenyi mu kwiga kwitaho abagendana ubumuga

Ayo majambo yavuzwe na Angeline Ndayishimiye, umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu kuri uyu wa 17 ntwarante 2023 mu kigo Isange co muri karitiye Gisyo zone Kanyosha. Ico kigo kikaba citaho abana bagendana…

Mu Burundi hagiye kuza abahinga mu kuvura indwara yo mu kigo bavuye muri Amerika

Angeline NDAYISHIMIYE, umutambukanyi w’ umukuru w’ igihugu c’Uburundi yaratahutse ku mugoroba wo kuri uwu wa 5 ruhuhuma 2023. Yari avuye muri Leta zunze ubumwe za Amerika mu masengesho yama aba…

Twipfuza ko umwana wese atarakwiza imyaka itanu ashobora gufungura gatatu ku munsi.

Urwo rupapuro rwashizwe ahabona n’umutambukanyi w’umukuru w’Igihugu kuri uyu wa 02 Nyakanga 2022 mu nyubakwa za Best Outlook Hotel; rukabanruje gushira mu ngiro ivyasabwe gukorwa mw’ihwaniro ry’abakenyezi b’indongozi ryatunganijwe mu kwezi…

Indwara y’igisukari, umutwaro kuri bose

Diabète ni imwe mu ndwara ngendanwa zitandukira yica abantu benshi mu Burundi. Abenshi bayifiseko amakuru atari yo, abandi bakibaza ko ari uburozi, ituma abantu benshi bapfa, imiryango igasigara mu ngorane…

Umwuga w’abakirizi b’abakenyezi mu Burundi,impinga iracari ndende

Uko umwaka utashe, igenekerezo rya 5 Rusama isi yose irahimbaza umusi mukuru wahariwe abakora akazi ko kwakira abakenyezi bibungenze mu gihe bariko baribaruka. Mu Burundi wahimbajwe kuri uno wa gatanu.Abakorera…

Menya ingeso yo gusegesha abana n’ingaruka mbi zayo.

Ingeso yo gusegesha abana iribonekeza canecane mu gisagara ca Bujumbura. Naho tumenyereye ko abana bo mw’ibarabara ari abatagira aho baba, hariho n’abandi baza gusega barungitswe n’imiryango yabo mbere bakaba babigize…

Covid-19: “n’abicandagishije barandura canke bagapfa”

Alain-Guillaume Bunyoni, umushikiranganji wa mbere yabishikirije kuri uwu w’Imana. Hari muri komine #MpingaKayove, mu ntara ya Rutana. Avuga ko n’abiteje urwo rucanco bagwara uwo mugera wa koronavirusi mbere bamwe muri…

Les malades mentaux, les oubliés de la croissance?

Le monde célèbre la journée internationale de la santé mentale le 10 octobre de chaque année. Trois plateformes d’acteurs intervenant en psychosociale (APSM-Mpagaciro ; Association pour la Promotion de la Santé…

Ibiyayuramutwe, intambamyi y ‘iterambere

 Ibiyayuramutwe ni kimwe mu bintu biriko bironona urwaruka, hamwe n’ingo n’imiryango itari mike. Kubura ico bimarira ku rwaruka, kwandura indwara zitandukanye, ugusesagura itunga ry’umuryango, ni zimwe mu ngarukambi zishikira ababifata.…

Guhindura ivyiyumviro: inyishu yambere mu kurwanya ubushomeri

Ukwiga amashure ukabura akazi, nivyo biriko birashikira urwaruka rwinshi ruheza amashure muri kino gihe. Abahinga mu bijanye n’inyifato bamenyesha ko  igihe umuntu ataronse  akazi nkuko yaravyiteze  bishobora gutera ingaruka nyinshi…