Ciné- concours du club Rfi Bujumbura, Irakoze Darna remporte la finale

En marge de la célébration de la semaine de la francophonie au Burundi, le club Rfi Bujumbura a organisé le ciné- concours. Comptant pour les participants de partager la critique…

Indahiro: Indirimbo ya Pierre Nkurikiye yakoze ku barundi baba hanze

Inyuma yo kwumva indirimbo “Indahiro” yanditswe n’umuririmvyi Pierre Nkurikiye afadikanije n’umwigeme Arlette, bamwe mu barundi baba hanze y’igihugu barakozweko cane n’ubutumwa buri muri yo bituma bamurungikira ubutumwa bwo kumukeza no…

Igisata c’amareresi mu Burundi kiracafise ibibazo vyinshi

Inyuma y’imyaka 60 iheze Uburundi bwikukiye, Ishirahamwe COPRODAC rihurikiyemwo abakora Umwuga wo guhinyanyura amareresi waratunganije ikiganiro ku mugoroba wo kuri uyu wa 30 ruheshi 2022 mu nyubakwa za Institut Français…

Nyakabiga : Abanyagihugu barabandanya kubonesha zone yabo

Mu ntumbero yo kubandanya bashira mu ngiro umugambi wa komine Mukaza wo kugira Mukaza yakaka, abanyagihugu bo muri zone Nyakabiga ibarabara rya 14 muri karitiye Nyakabiga  ya 2 baraye biyakirije…

Déo Hakizimana: ” Kiganda peut devenir un grand centre de rayonnement touristique …”

Située en province Muramvya (centre du pays), la commune Kiganda a une histoire particulière parmi d’autres communes de la localité. C’est là où vivaient les rois et a été signé…

Bujumbura: abajejwe intwaro batse imiriyoni 10 umunyagihugu kugira ngo yubake mw’itongo ryiwe

Haraciye imisi havugwa cane ibikorwa vyo kwubaka vyahagaritswe ku mutumba Bigwa. Ni muri zone Gasekebuye, mu gice ca komine Kanyosha mu ntara ya Bujumbura. Ivyo bikorwa vyarahagaritswe. Abategetsi nk’uwujejwe gukinga…

Busoni: Mu kazinga kitwa Ku Ruyoka, abantu babayeho gute?

Hari izinga riri mu kiyaga Rweru co mu ntara ya Kirundo (mu buraruko bw’Uburundi). Iryo zinga ryegereye umutumba Gatete wa komine Busoni, ryitwa Ku Ruyoka. Iryo zinga riri ku buringanire…