๐๐ฎ๐ฃ๐ฎ๐ฆ๐๐ฎ๐ซ๐: ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐
Bagizwe n’abakiri bato, abakuze (abagabo n’abakenyezi). Baronkejwe inyigisho z’imisi ibiri, zijanye no ๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐. Inyuma y’izo nyigisho zatanzwe na ๐ฒ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐ป๐๐๐๐๐๐๐ ๐ป๐๐๐๐๐๐ ๐ฒ๐๐๐๐๐๐๐๐ abigishijwe bararonkejwe impapuro zerekana ko bize ivyo vyigwa, ku musi wa gatandatu no kuw’Imana uheze.Bamwe muri bo basigura ko bari banyotewe izo nyigisho. Ico bose bahurirako n’uko bizeye ko zizobafasha iyo bagiye kuzishira mu ngiro. ๐ฑ๐๐๐๐๐๐๐ ๐ฉ๐จ๐น๐ผ๐ป๐พ๐จ๐ต๐จ๐๐ถ aserukira iyo Koperative amenyesha ko bazobandanya bafasha abo bose bafise inyota yo kunonosora ubumenyi mu vyo kworora inkoko.