Inyuma y’indwi zibiri umurwi CVR uriko urakorera mu ntara ya Bubanza mu ntumbero yo kumenya ukuri Ku vyabaye mu 1972. Ibisigarira vy’abishwe bagatabwa mu binogo rusangi 268 nivyo vyashoboye gutorwa…
Category: Droit de l’homme
Gisuru: umugabo yatewe gerenade
Ukwikekana hagati y’ababana mu rugo rw’umusirikare biri mu vyatumye uwo mwigisha aterwa gerenade. Uwo musirikare yikeka ko uwo mwigisha amuvanga, maze arondera kumwica. Bose bari mu minwe y’inyamiramabi. Uwo yatewe…
Burundi: abize amategeko mu ndinganizo nshasha batanguye kwakirwa mu rwego rw’abashingwamanza
Inyuma y’imyaka indwi banyinyurarana, abize amategeko mu ndinganizo nshasha ya kaminuza bahavuye bemererwa kurahira. Kuri uwu wa 22 gitugutu, ni ho uwa mbere yakirwa muri urwo rwego. Hari mu gisagara…