Uwo mugambi uje mu ntumbero yo gufasha abakora urudandazwa ngendagende kugira ngo bisununure maze bazogere ku rwego rw’ abagwizatunga. Uwo mugambi wa koperative ๐๐๐๐๐๐ (๐ช๐๐๐๐ฬ๐๐๐๐๐๐ ๐ ๐ ๐ฉ๐๐๐๐๐๐๐ ๐ช๐๐๐๐๐c๐๐๐๐ ๐จ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐) rifadikanije…
Author: LANOVA2021
Ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu bubandanya gushigikirwa
Imfashanyo igizwe n’imiti ya Malaria hamwe n’imisegetera vyose hamwe bifise agaciro k’amafaranga y’amarundi arenga imiriyoni 614 ni vyo vyatanzwe n’ishirahamwe UNICEF Burundi . Uwuserukira UNICEF mu Burundi, John Egbe Agbor,…
๐๐ฎ๐ฃ๐ฎ๐ฆ๐๐ฎ๐ซ๐: ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐
Bagizwe n’abakiri bato, abakuze (abagabo n’abakenyezi). Baronkejwe inyigisho z’imisi ibiri, zijanye no ๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐. Inyuma y’izo nyigisho zatanzwe na ๐ฒ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐ป๐๐๐๐๐๐๐ ๐ป๐๐๐๐๐๐ ๐ฒ๐๐๐๐๐๐๐๐ abigishijwe bararonkejwe impapuro zerekana ko bize…
HOBA HARI AGAHAZE MU BUMENYI MU BIJANYE N’UBWUBATSI?
Uwu muhinga mu bijanye n’inyubako avuga ati: “Umuganga yoshobora gusigura ko umugwayi yamupfanye. Ariko umuhinga mu vy’inyubako nta narimwe yosigura igituma igorofa yariko arubaka yomusenyukana”. Ku bwa Gรฉrard Ndayisenga, ubumenyi…
Rumonge : Intara ishobora kutagendwa atagikozwe vyihuta.
Mu buraruko bushira uburengero bw’Intara ya Rumonge:Ibarabara Bujumbura-Rumonge riheruka gucika, kukiraro ca Kirasa, kigabura intara za Rumonge na Bujumbura. Ibi vyaratumye ingendo zitoroha ku bakoresha iryo barabara. Amamodokari ntarengana. Aha…
Les leaders religieux unis pour la protection de l’environnement
Autour du thรจme “Rรดle du leadership religieux dans la rรฉponse ร la crise รฉconomique”, des รฉvรชques catholiques et anglicans se rรฉunissent au tour une table ronde sur la justice climatique.C’est…
Rwa rwaruka rwemerewe kwinjira mu rwego rw’ababashingwamanza
Ni urwaruka rwize igisata c’ubucamanza mu ndinganizo nshasha ya BMD. Abo ba Bacheliers bakaba baraye bemerewe ko nabo baja nabo mu mugwi w’abashingwamanza nk’uko bari babisavye. Mu kiganiro bahaye abamenyeshamakuru…
IMAMFU YARONKEJWE AHO IBA MURI MUSEE VIVANT
Iyo mamfu izwi kw’izina rya Flora. Yaronkejwe inzu yagutse izobamwo kuri uyu wa 22 Rusama 2021.Iyo nyubakwa ikaba yubatswe na BGR (Burundi Greening Rangers) rifadikanije na Conservation et Communautรฉ de…
Cibitoke : Igice kinini ciyegeranijemwo amazi nkโahagomba kugira ikiyaga
Ni ku mutumba ๐น๐๐๐๐๐, kw’ibarabara ry’icenda B (Transversal 9 , ku mugwa mukuru w’intara ya ๐ช๐๐๐๐๐๐๐.Amazi yariyegeranije bukebuke, bikaboneka ko ariko agomba kugira ikiyaga muri ico gice.Abahaba basigura ko ubwa…