Cibitoke : Igice kinini ciyegeranijemwo amazi nkโahagomba kugira ikiyaga
Ni ku mutumba ๐น๐๐๐๐๐, kw’ibarabara ry’icenda B (Transversal 9 , ku mugwa mukuru w’intara ya ๐ช๐๐๐๐๐๐๐.Amazi yariyegeranije bukebuke, bikaboneka ko ariko agomba kugira ikiyaga muri ico gice.Abahaba basigura ko ubwa mbere babifata ibisanzwe. Ariko ubu ngo biriko birabatera ubwoba. Abo ba nyene amazu bahaba bagira bati:
“๐ต๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐. ๐จ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐’๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐. ๐ต๐๐๐๐b๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐”. Ayo mazi abanyagihugu bavuga ko amaze imisi yiburuka ava mu kuzimu, ngo akaba amaze imisi yiyegeranya