Cibitoke : Igice kinini ciyegeranijemwo amazi nkβahagomba kugira ikiyaga
Ni ku mutumba πΉπππππ, kw’ibarabara ry’icenda B (Transversal 9 , ku mugwa mukuru w’intara ya πͺπππππππ.Amazi yariyegeranije bukebuke, bikaboneka ko ariko agomba kugira ikiyaga muri ico gice.Abahaba basigura ko ubwa mbere babifata ibisanzwe. Ariko ubu ngo biriko birabatera ubwoba. Abo ba nyene amazu bahaba bagira bati:
“π΅ππππππ πππ πππ ππππ πππππππππ. π¨ππππ ππππππππ ππππππ ππππ π’πππππ ππππ πππππ πππππππππππ. π΅ππππbπππ πππ πππππππ”. Ayo mazi abanyagihugu bavuga ko amaze imisi yiburuka ava mu kuzimu, ngo akaba amaze imisi yiyegeranya