Reta yiyemeje kubandanya ishigikira abarimyi b’ikawa.
Abarimyi b'ikawa bagiye kuronswa ifumbire barishe ibice mirongo ine kw'ijana (40%) Reta ikabarihira ibice mirongo itandatu bisigaye (60%). Vyongeye n'imivyaro...
Abarimyi b'ikawa bagiye kuronswa ifumbire barishe ibice mirongo ine kw'ijana (40%) Reta ikabarihira ibice mirongo itandatu bisigaye (60%). Vyongeye n'imivyaro...
Inyuma y'igihe kitari gito ishirahamwe AVSPDD risaba ko urwaruka rwize igisata c'amategeko ca Kaminuza mu ntunganyo nshasha ya Baccalauréat bokwinjira mu...
Ayo makoperative ni ayakorera mu bisagara bitandukanye bita ama villages. Ni muri komine Gihanga, intara ya Bubanza, mu burengero bw'Uburundi....
Mbonimpa Juvénal, ni umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd ku mutumba #Raro. Ni muri Commune Nyabiraba mu ntara ya #Bujumbura . Yaraye atanze...
Macky SALL , yarabonanye n'umukuru w'igihugu c'Uburusiya, hari kuri uwu wa gatanu. Uwo umukuru w'igihugu ca Sénégal akaba anarongoye umuryango...
Hari amatoni arenga atatu y'isukari yafashwe kuva mu mpera z'indwi iheze, mu gisagara ca Rumonge (ubumanuko bushira uburengero bw'Uburundi). Bamwe...
Inyuma y’inkuru zigize iminsi zica ku mbuga ngurukanabumenyi zivuga ibijanye n’isesagurwa ry’amafaranga cane cane mw’itangwa ry’amasoko mu kigo kijejwe gutanga...
Inyuma y'amakuru twabashikirije ku mafaranga yanyurujwe mu kigo ANACOOP (Kijejwe gukurikirana uko amakoperative akora mu Burundi). Ayo mafaranga arenga gato...
La direction générale de la régideso a saisi ce mardi, une quantité importante de matériel qui avait été volé en...
Bamwe mu bakozi b'ikigo kijejwe gukurikirana uko amakoperative akora mu Burundi (ANACOOP) baragirizwa kuba baranyuruje amafaranga arenga imiriyoni amajana abiri...