Igisagara ca Bujumbura kirabangamiwe n’ibihomoka: abahinga bavuga iki?
Imisozi n’amakaritiye bihanamiye igisagara ca Bujumbura birabangamiwe n’ibimanga bibomagurika bigahitana amazu yabo. Uduce tubangamiwe cane akaba ari Kamesa,Gasekebuye, Sororezo-Mugoboka, na...