Alain-Guillaume Bunyoni, umushikiranganji wa mbere yabishikirije kuri uwu w’Imana. Hari muri komine #MpingaKayove, mu ntara ya Rutana. Avuga ko n’abiteje urwo rucanco bagwara uwo mugera wa koronavirusi mbere bamwe muri bo bigashika bagapfa. Yarongeye ati : “Hari ababivugira mu ntamatama canke bagatinya kubibwira abenegihugu. Ariko murakwiye kumenya ukuri.” Alain-Guillaume Bunyoni yabandanije amenyesha ko izo ncanco
READ MORELe monde célèbre la journée internationale de la santé mentale le 10 octobre de chaque année. Trois plateformes d’acteurs intervenant en psychosociale (APSM-Mpagaciro ; Association pour la Promotion de la Santé Mentale, Mind care et le Club de Psychologie) organisent un événement pour parler de la santé mentale ce samedi 9 octobre au campus Kamenge de
READ MOREIbiyayuramutwe ni kimwe mu bintu biriko bironona urwaruka, hamwe n’ingo n’imiryango itari mike. Kubura ico bimarira ku rwaruka, kwandura indwara zitandukanye, ugusesagura itunga ry’umuryango, ni zimwe mu ngarukambi zishikira ababifata. Ibiyayuramutwe ni intambamyi mw’iterambere nk’uko bamwe mu rwaruka ruhurikiye mw’ishirahamwe ry’abize ibijanye n’inyifato APSM-Mpagaciro babitwiganira. Ariko baratubwira n’icokorwa kugirango bituzwe. Ibiyayura mutwe ni iki ? Kezakimana
READ MOREUkwiga amashure ukabura akazi, nivyo biriko birashikira urwaruka rwinshi ruheza amashure muri kino gihe. Abahinga mu bijanye n’inyifato bamenyesha ko igihe umuntu ataronse akazi nkuko yaravyiteze bishobora gutera ingaruka nyinshi harimwo no kugira ihungabana ryo mu mutwe. Muri APSM Mpagaciro, ishirahamwe ry’urwaruka rwize ibijanye n’inyifato bagira bati umuti w’iyo ngorane uriho. Urwaruka niyo rwahindura ivyiyumviro
READ MORELe 14 juin de chaque année, le monde célèbre la journée mondiale du donneur de sang .Au Burundi elle a été célébrée le jeudi 24/6/2021 à Gitega sous le thème :”Donnez votre sang pour faire battre le cœur du monde ». Au cours de cette semaine, à Bujumbura une tendance consistant à connaître son groupe sanguin
READ MORERumonge:wise woman donne des cotex aux jeunes filles
READ MORE