Burundi: imiriyoni zirenga 250 z’amafaranga y’Amarundi zoba zaranyurujwe muri ANACOOP
Bamwe mu bakozi b'ikigo kijejwe gukurikirana uko amakoperative akora mu Burundi (ANACOOP) baragirizwa kuba baranyuruje amafaranga arenga imiriyoni amajana abiri...