Umugwi CVR wari uramutse utunganya, kuri uyu wa 7 Nyakanga, igisabisho mpuzamadini co gusabira abishwe mu mwaka w’1972 mu gisagara ca Bujumbura. Ico gisabisho kandi ninaco kirangiza vy’imfatakibanza ibikorwa vy’umugwi…
Author: Ndayizeye Dieudonné
Opération Usalaama VII: ibitari bike vyararanguwe
Mu kiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru kuri uwu wa mbere, umuyobozi mukuru w’igipolisi c’Uburundi yamenyesheje ko mu gikorwa citiriwe Usalaama giheruka hakozwe ibitari bike. 📌 Ibiro 205,8 vy’urumogi vyarafashwe, abantu 38…
La démocratie: un système de gouvernance qui vaut mieux mais incompris
Le Centre for Developpement and Entreprises Great Lakes, CDE en sigle, a procédé ce 26 juillet dans l’hôtel Amahoro à la présentation du livre intitulé : « Introduction à la démocratie ».…
Burundi: Bimwe mu vyo abanonotsi b’inararibonye babona vyokuza inkino
Charles Nkazamyampi, abenshi tumuzi avugwa mu vyigwa vyo mu mashure matomato. Ni umunonotsi yatwaye imidari itandukanye ku rwego rwa Afrika mu mwaka w’1992. Yarabaye kandi uwa kabiri mu 1993 mu…
Ikiganiro c’ivugabutumwa cavyaye ishirahamwe rifasha abana batishoboye
« Impamba y’umunsi » benshi barayizi nk’iganiro gica ku mbuga ngurukanabumeyi nka WhatsApp, YouTube. Gisanzwe kiremesha n’umuririmvyikazi w’indirimbo zihimbaza Imana akaba ari n’umukinyi w’amareresi, Nduwimana Sandrine batazira Kamikazi. Ico Kiganiro ni co…
Burundi: Indero y’umwana kw’ishure ni uruhara rw’umuntu wese.
Ivyo ni ivyashikirijwe kirizwa mu kiganiro catunganijwe n’ishirahamwe PIKADE (Pioniers de Kanyaru pour le Développement) ku muhingamo w’uyu wa Mungu mw’ihoteri Martha I Bujumbura. Muri ico kiganiro, abacitabiriye barerekanye ko…
Nyakabiga: inyuma yo gusiturirwa aho badandariza, abari batunzwe n’urudandazwa rutoruto babayeho gute?
Co kimwe n’ahandi hose mu Gisagara ca Bujumbura (umugwa mukuru w’ubutunzi), bamwe mu bari bafise utuzu two kudandarizamwo twubatse bidaciye mu mategeko barasamburiwe. Ariko rero, ikibazo cabo ngo biboneka ko…
Muhuta : combat inachevé des caféiculteurs burundais
Mubone, cette usine des cerises qui porte le même nom que la colline où elle est implantée, est le produit des caféiculteurs des collines de la zone Gitaza. C’est en…
Amahinguriro ni karahara mu ruganda ntibacure mw’iterambere ry’igihugu.
Ku civugo kigira giti ” Tugwize akazi n’amashirahamwe y’abikorera ivyabo tubicishije mu guha agaciro ivyakorewe i Burundi”, umushikiranganji wa mbere, Alain Guillaume Bunyoni yuguruye kuri uno wa mbere Ruhenshi indwi…