Ni igiki gituma abanyamitahe bo hanze batazana imitahe yabo mu Burundi ?
Abanyamitahe bava hanze y’igihugu ngo baracari bake cane. Zimwe mu nzitizi zituma iyo mitahe mvamakungu (Investissements Directs Etrangers) itaboneka ngo...
Abanyamitahe bava hanze y’igihugu ngo baracari bake cane. Zimwe mu nzitizi zituma iyo mitahe mvamakungu (Investissements Directs Etrangers) itaboneka ngo...
Urwaruka ntirurijukira cane igisata co kworora inzuki. Ivyo biruko mu gihe igenekerezo rya 20 rusama, amakungu ahimbaza umusi wahariwe inzuki....
Inyuma y'indwi zibiri umurwi CVR uriko urakorera mu ntara ya Bubanza mu ntumbero yo kumenya ukuri Ku vyabaye mu 1972....
Dans le cadre du projet " Fungua Njia" qui vise la promotion du commerce transfrontalier au Burundi, la compétitivité des...
Millet, anacardier, macadamia, ni bimwe mu biterwa bishasha biriko biratezwa imbere mu Burundi. Mu bushikiranganji bw’uburimyi, ubworozi n’ibidukikije bumenyesha ko...
Sous le thème « L’Éthique et la déontologie professionnelles: deux piliers pour l’exercice de la profession comptable”, il s’est tenu...
Le Centre pour le développement des entreprises en collaboration avec l’Agence de Développement des entreprises ont organisé la 3è édition...
Le Centre pour le développement des entreprises dans la Région des grands Lacs (CDE) en partenariat avec l'Agence de Développement...
Ingeso yo gusegesha abana iribonekeza canecane mu gisagara ca Bujumbura. Naho tumenyereye ko abana bo mw’ibarabara ari abatagira aho baba,...
Igiterwa c’ikawa kiri mu vyambere vyinjiza amafaranga y’agaciro mu gihugu. Mu gihe Reta ihamagarira urwaruka kwitunganiriza imigambi yobafasha kwiteza imbere...