Umunsi wahariwe abakenyezi si umunsi wo kugumuka kubagabo. 

Mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mukuru wahariwe agateka k’abakenyezi, ishirahamwe Greenland Alliance ryari riramutse rirabira hamwe, ivyaranguwe mu gushigikira abakenyezi bagera ku 80 b’amikoro make bo muma karitiye ya Kibenga,…

Umukenyezi nawe akwiye kwitaho gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi mu kwiteza imbere

Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu  Angeline  Ndayishimiye yararemesheje ikiganiro kadasanzwe kuri uyu wa mbere Ntwarante kuri Eden Garden mu ntumbero yo kwitegurira guhimbaza  umunsi mukuru wahariwe umukenyezi . Icivugo  c’uyu mwaka ni…

Guteza imbere umukenyezi ni uguteza imbere igihugu

N’aho bagihura n’intambamyi nyinshi,  ngo  umukenyezi  ni ntangere mw’iterambere  ry’igihugu. Ivyo biri mu vyiyumviro vyaranze ihuriro ry’abakenyezi b’indongozi ryiswe Women Leaders and Liberty Forum 2022 ryateguwe na CDE (Ikigo kijejwe iterambere ry’amashirahamwe mu…

Mukamarakiza: “indoto zanje zarahavuye zirashika”

Kuva akiri muto, Alice Mukamarakiza ngo yari afise indoto zo kuzonyonga ivyuma. Inyuma yo guheza amashure, n’ubwo yarondeye ubundi buzi, ako yiyumvamwo gusumba akandi kwari ukwunguruza abantu n’imodokari. Ubu avuga…

Kirundo: intambamyi zibuza umukenyezi kugira uruhara mu vyo ajejwe

Umukenyezi araboneka mu bibanza bitandukanye bigize ubuzima bw’igihu muri Kirundo Province. Vyashikirijwe kuri uwu wa gatatu, mu nama yo guhanahana ivyiyumviro hagati y’abakenyezi bo muri Nawe Nuze, abajejwe intwaro, abaserukira…

Muyinga: umukenyezi aribera intambamyi we nyene

Ugutera intambwe ngo baje mu bibanza bashobora gufata ingingo ngo bama babifisemwo inyota. Ariko ngo ntivyoroshe namba. Barahura n’ingorane. Abakenyezi bari muri Nawe Nuze basigura ko mu ntambamyi bagira, n’abakenyezi…

Muyinga: nawe nuze yarahinduye ubuzima bw’umukenyezi mwirimizi

Kuva Nawe nuze ya Care international iriko irakorera mu ntara ya Muyinga, abakenyezi birimizi baramaze kugira ico bimariye cane cane mu kwisununura mu vy’ubutunzi. Buramatari w’iyo ntara aravyemeza. Ahanura abagabo…

Traite d’êtres humains: un milier d’ invisibles au Burundi

L’Organisation Internationale pour les Migrations (OIM) s’est jointe à la communauté internationale pour marquer la journée mondiale contre la traite d’êtres humains, en partenariat avec le Gouvernement du Burundi. C’était…