Ubushikiranganji bujejwe amagara y’abantu bubandanya gushigikirwa
Imfashanyo igizwe n'imiti ya Malaria hamwe n'imisegetera vyose hamwe bifise agaciro k'amafaranga y'amarundi arenga imiriyoni 614 ni vyo vyatanzwe n'ishirahamwe...
Imfashanyo igizwe n'imiti ya Malaria hamwe n'imisegetera vyose hamwe bifise agaciro k'amafaranga y'amarundi arenga imiriyoni 614 ni vyo vyatanzwe n'ishirahamwe...
Bagizwe n'abakiri bato, abakuze (abagabo n'abakenyezi). Baronkejwe inyigisho z'imisi ibiri, zijanye no 𝒌𝒘𝒐𝒓𝒐𝒓𝒂 𝒌𝒊𝒋𝒂𝒎𝒃𝒆𝒓𝒆 𝒊𝒏𝒌𝒐𝒌𝒐. Inyuma y'izo nyigisho zatanzwe na...
Uwu muhinga mu bijanye n'inyubako avuga ati: "Umuganga yoshobora gusigura ko umugwayi yamupfanye. Ariko umuhinga mu vy'inyubako nta narimwe yosigura...
Mu buraruko bushira uburengero bw'Intara ya Rumonge:Ibarabara Bujumbura-Rumonge riheruka gucika, kukiraro ca Kirasa, kigabura intara za Rumonge na Bujumbura. Ibi...
Autour du thème "Rôle du leadership religieux dans la réponse à la crise économique", des évêques catholiques et anglicans se...
Ni urwaruka rwize igisata c'ubucamanza mu ndinganizo nshasha ya BMD. Abo ba Bacheliers bakaba baraye bemerewe ko nabo baja nabo...
Iyo mamfu izwi kw'izina rya Flora. Yaronkejwe inzu yagutse izobamwo kuri uyu wa 22 Rusama 2021.Iyo nyubakwa ikaba yubatswe na...
Ni ku mutumba 𝑹𝒖𝒔𝒊𝒈𝒂, kw'ibarabara ry'icenda B (Transversal 9 , ku mugwa mukuru w'intara ya 𝑪𝒊𝒃𝒊𝒕𝒐𝒌𝒆.Amazi yariyegeranije bukebuke, bikaboneka ko...