Kizuka (Rumonge): ikibanza c’umwana ni mw’ishure
Hari umurindi udasanzwe wo guheba amashure mu ntara ya Rumonge. Inyuma y'inama ya bose yakoreshejwe na Buramatari w'iyo ntara, abarongoye...
Hari umurindi udasanzwe wo guheba amashure mu ntara ya Rumonge. Inyuma y'inama ya bose yakoreshejwe na Buramatari w'iyo ntara, abarongoye...
Haribonekeza indwara zisubiriza ku biterwa bitandukanye. Bituma mbere bimwe bimwe bihona. Muri Masion du Fermier bamaze kubibona, baciye bafata umwanya...
Umukenyezi araboneka mu bibanza bitandukanye bigize ubuzima bw'igihu muri Kirundo Province. Vyashikirijwe kuri uwu wa gatatu, mu nama yo guhanahana...
Ukwikekana hagati y'ababana mu rugo rw'umusirikare biri mu vyatumye uwo mwigisha aterwa gerenade. Uwo musirikare yikeka ko uwo mwigisha amuvanga,...
Inyuma y'imyaka indwi banyinyurarana, abize amategeko mu ndinganizo nshasha ya kaminuza bahavuye bemererwa kurahira. Kuri uwu wa 22 gitugutu, ni...
Alain-Guillaume Bunyoni, umushikiranganji wa mbere yabishikirije kuri uwu w'Imana. Hari muri komine #MpingaKayove, mu ntara ya Rutana. Avuga ko n'abiteje...
Kuva kuwa 11 gitugutu, urwaruka rwo muri komine Giheta ruriko ruraronswa inyigisho zijanye n’uburimyi n’ubworozi. Izo nyigisho ziriko zitangirwa ku...
Ugutera intambwe ngo baje mu bibanza bashobora gufata ingingo ngo bama babifisemwo inyota. Ariko ngo ntivyoroshe namba. Barahura n'ingorane. Abakenyezi...
Kuva Nawe nuze ya Care international iriko irakorera mu ntara ya Muyinga, abakenyezi birimizi baramaze kugira ico bimariye cane cane...
Uburimyi n'ubworozi biriko birahurumbirwa n'urwaruka mu Burundi. Ukworora inkoko biza mu vya mbere. Muri komine Giheta mu ntara ya Gitega,...