Mu Burundi haracakenye abigisha banonosoye igiswahili, ahenshi cigishwa n’abatabifitiye ubumenyi
Ururim rw’igiswahili ruvugwa n'abantu benshi kw’isi kandi rurakoreshwa cane mu bihugu bigize umuryango wa Afrika y'ubuseruko n’Uburundi burimwo. Mu ntonde...