• Dukoreshe ubuhinga ngurukanabumenyi mu kwiga kwitaho abagendana ubumuga

    Dukoreshe ubuhinga ngurukanabumenyi mu kwiga kwitaho abagendana ubumuga0

    Ayo majambo yavuzwe na Angeline Ndayishimiye, umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu kuri uyu wa 17 ntwarante 2023 mu kigo Isange co muri karitiye Gisyo zone Kanyosha. Ico kigo kikaba citaho abana bagendana ubumuga butandukanye. . Ico kigo kikaba cegukira umuryango  w’ababikira  witwa : Abigeme b’umugabekazi w’ikigongwe kikaba kirimwo abana 26 . Mw’ijambo ryiwe, Umutamukanyi w’umukuru w’igihugu Angéline Ndayishimiye akaba

    READ MORE
  • <strong>Umunsi wahariwe abakenyezi si umunsi wo kugumuka kubagabo. </strong>

    Umunsi wahariwe abakenyezi si umunsi wo kugumuka kubagabo. 0

    Mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mukuru wahariwe agateka k’abakenyezi, ishirahamwe Greenland Alliance ryari riramutse rirabira hamwe, ivyaranguwe mu gushigikira abakenyezi bagera ku 80 b’amikoro make bo muma karitiye ya Kibenga, Gisyo, Mugoboka na Buterere. Abo bakenyezi bakaba bahurikiye mu mirwi 4 yiswe BIHINDUKE. Bafashijwe na Greenland Alliance, bakaba barashoboye kuronswa inyigisho zijanye no kuziganya no

    READ MORE
  • Umukenyezi nawe akwiye kwitaho  gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi mu kwiteza imbere

    Umukenyezi nawe akwiye kwitaho gukoresha ubuhinga ngurukanabumenyi mu kwiteza imbere0

    Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu  Angeline  Ndayishimiye yararemesheje ikiganiro kadasanzwe kuri uyu wa mbere Ntwarante kuri Eden Garden mu ntumbero yo kwitegurira guhimbaza  umunsi mukuru wahariwe umukenyezi . Icivugo  c’uyu mwaka ni : « Uruhara rw’indongozi mw’iterambere ry’ubuhinga ngurukana bumenyi ridakumira. » Muri ico kiganiro, Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu yamenyesheje ko ico civugo ari ngirakamaro ku gihugu, indongozi  n’abatari indongozi ata

    READ MORE