Ubu gushinga ishirahamwe birakorerwa kubuhinga bwa none.
Ubu gushinga amashirahamwe mu Burundi bikorwa hakoreshejwe ubuhinga ngurukanabumenyi, Ubu kandi n’abasaba uburusho butangwa n’Itegeko rigenga imitahe, birakorwa hisunzwe ubwo...
Ubu gushinga amashirahamwe mu Burundi bikorwa hakoreshejwe ubuhinga ngurukanabumenyi, Ubu kandi n’abasaba uburusho butangwa n’Itegeko rigenga imitahe, birakorwa hisunzwe ubwo...
Le CDE Great Lakes a organisé, ce 21 décembre 2022 à Bujumbura, une conférence de presse dans le but de...
N’aho bagihura n’intambamyi nyinshi, ngo umukenyezi ni ntangere mw’iterambere ry’igihugu. Ivyo biri mu vyiyumviro vyaranze ihuriro ry’abakenyezi b’indongozi ryiswe Women Leaders and...
Le Centre pour le Développement des Entreprises dans la Région des Grands Lacs (CDE )en partenariat avec l'Agence de Développement...
Abarimyi b'ikawa bagiye kuronswa ifumbire barishe ibice mirongo ine kw'ijana (40%) Reta ikabarihira ibice mirongo itandatu bisigaye (60%). Vyongeye n'imivyaro...
Urwo rupapuro rwashizwe ahabona n'umutambukanyi w'umukuru w'Igihugu kuri uyu wa 02 Nyakanga 2022 mu nyubakwa za Best Outlook Hotel; rukabanruje gushira...
Inyuma yo kwumva indirimbo "Indahiro" yanditswe n'umuririmvyi Pierre Nkurikiye afadikanije n'umwigeme Arlette, bamwe mu barundi baba hanze y'igihugu barakozweko cane...
Sous le thème « Être femme d'affaires n'est pas synonyme d'être femme entrepreneur » , Kueen's initiative organise ce 14/07/2022 à l'hôtel...
Inyuma y'imyaka 60 iheze Uburundi bwikukiye, Ishirahamwe COPRODAC rihurikiyemwo abakora Umwuga wo guhinyanyura amareresi waratunganije ikiganiro ku mugoroba wo kuri...
Mu ntumbero yo kubandanya bashira mu ngiro umugambi wa komine Mukaza wo kugira Mukaza yakaka, abanyagihugu bo muri zone Nyakabiga...